Zaburi 109:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kubera ko atibutse kugira ubuntu bwuzuye urukundo+,Ahubwo akaguma akurikirana umuntu w’umurushwa kandi w’umworo+Be n’uwajonjogoye mu mutima, ngo amwice+. Obadiya 15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko umusi wa Yehova wo guhagurukira amahanga yose uri hafi+. Uko wagize ni ko uzogirirwa+. Ivyo wakoze bizogusubira ku mutwe+. Abaroma 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi izokwishura umwe wese nk’uko ibikorwa vyiwe biri+: Abagalatiya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntimuzimire+: Imana ntihemwa+. Kuko ico umuntu abiba cose ari co nyene azokwimbura+;
16 Kubera ko atibutse kugira ubuntu bwuzuye urukundo+,Ahubwo akaguma akurikirana umuntu w’umurushwa kandi w’umworo+Be n’uwajonjogoye mu mutima, ngo amwice+.
15 Kuko umusi wa Yehova wo guhagurukira amahanga yose uri hafi+. Uko wagize ni ko uzogirirwa+. Ivyo wakoze bizogusubira ku mutwe+.