ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gucura intimba 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Agahungu n’umutama+ baryamye hasi kw’ivu ryo mu mabarabara+.

      Abigeme banje b’isugi n’imisore yanje bagwishijwe n’inkota+.

      Wabishe ku musi w’ishavu ryawe+. Warabakereye+; ntiwagize impuhwe+.

  • Zakariya 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “‘Kuko ntazosubira kwumvira impuhwe ababa mu gihugu+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Ehe rero ngira ntume abantu bagwa, umwe wese agwe mu kuboko kwa mugenziwe+ no mu kuboko kw’umwami wiwe+; emwe, igihugu bazokigira ubunywenywe, kandi nta we nzorokora mu kuboko kwabo+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika