Imigani 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwutwengera mw’ijigo ntahonikora aba asize iceyi Uwamuhinguye+. Uwunezererwa icago c’uwundi ntazobura guhanwa+. Gucura intimba 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Niwigine kandi unezerwe+, ewe mukobwa wa Edomu+, wewe uba mu gihugu ca Uzu+.Na wewe nyene igikombe kizogushikira+. Uzoborerwa, werekane ubwambure bwawe+. Obadiya 12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ntiwari ukwiye kwirorerera ku musi wa mwene wanyu+, ku musi w’amagorwa yiwe; ntiwari ukwiye kunezerwa ku bijanye na bene Yuda ku musi bahona+; ntiwari ukwiye kuguma utaburuye umunwa ku musi w’amarushwa yabo. Obadiya 15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko umusi wa Yehova wo guhagurukira amahanga yose uri hafi+. Uko wagize ni ko uzogirirwa+. Ivyo wakoze bizogusubira ku mutwe+.
5 Uwutwengera mw’ijigo ntahonikora aba asize iceyi Uwamuhinguye+. Uwunezererwa icago c’uwundi ntazobura guhanwa+.
21 Niwigine kandi unezerwe+, ewe mukobwa wa Edomu+, wewe uba mu gihugu ca Uzu+.Na wewe nyene igikombe kizogushikira+. Uzoborerwa, werekane ubwambure bwawe+.
12 “Ntiwari ukwiye kwirorerera ku musi wa mwene wanyu+, ku musi w’amagorwa yiwe; ntiwari ukwiye kunezerwa ku bijanye na bene Yuda ku musi bahona+; ntiwari ukwiye kuguma utaburuye umunwa ku musi w’amarushwa yabo.
15 Kuko umusi wa Yehova wo guhagurukira amahanga yose uri hafi+. Uko wagize ni ko uzogirirwa+. Ivyo wakoze bizogusubira ku mutwe+.