Ezekiyeli 25:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ngira rero ndagutange ku Banyabuseruko ube ikintu co kwigabira+, kandi bazoshinga muri wewe amakambi yabo azitijwe impome, bashire koko muri wewe amataberenakulo yabo. Ni bo bazorya ivyamwa vyawe, kandi ni bo bazonywa amata yawe+.
4 ngira rero ndagutange ku Banyabuseruko ube ikintu co kwigabira+, kandi bazoshinga muri wewe amakambi yabo azitijwe impome, bashire koko muri wewe amataberenakulo yabo. Ni bo bazorya ivyamwa vyawe, kandi ni bo bazonywa amata yawe+.