2 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Umugore niyasama inda*+ akavyara umuhungu, ategerezwa kuba uwuhumanye imisi indwi; nka kurya kwo mu misi y’ubuhumane igihe ari mu butinyanka, azoba uwuhumanye+.
6 Ducika nk’umuntu ahumanye, twese uko tungana, ibikorwa vyacu vy’ubugororotsi vyose na vyo bikaba bimeze nk’impuzu yo mu bihe vy’ubutinyanka+; tuzoyama nk’amababi+, twese, kandi amakosa yacu ni yo azodukukumura nk’umuyaga+.