Ezekiyeli 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ya mpwemu iranterura+, irantwara, ku buryo ngenda mbabaye, nshangashiwe mu mutima, kandi ukuboko kwa Yehova kwari kuri jewe kwari gukomeye+. Ivyahishuwe 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko arantwara mu bubasha bw’impwemu anjana ku musozi munini kandi muremure+, anyereka ca gisagara ceranda+ Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana+
14 Ya mpwemu iranterura+, irantwara, ku buryo ngenda mbabaye, nshangashiwe mu mutima, kandi ukuboko kwa Yehova kwari kuri jewe kwari gukomeye+.
10 Nuko arantwara mu bubasha bw’impwemu anjana ku musozi munini kandi muremure+, anyereka ca gisagara ceranda+ Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana+