ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kandi ibisagara vyanyu sinzobura kubitanga ku nkota+, ibibanza vyanyu vyeranda na vyo ndabigire umusaka+, kandi utumoto twanyu turuhura sinzotumotera+.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Uzocika akajoreza+, iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose Yehova azokujanamwo.

  • 1 Abami 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 nzorandura rero Isirayeli ku buringanire bw’ubutaka nayihaye+; kandi inzu nereje izina ryanje nzoyita imve imbere+, kandi Isirayeli izocika iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose.

  • Nehemiya 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Amaherezo ndababwira nti: “Murabona ukuntu tumerewe nabi, ukuntu Yeruzalemu ari umusaka be n’ukuntu amarembo yaho yaturijwe umuriro. Nimuze dusubire twubake uruhome rwa Yeruzalemu, kugira ngo ntitubandanye kuba iceyi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika