Abalewi 22:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ntimuze muhumanye izina ryanje ryeranda+, kandi ntegerezwa kwezwa hagati muri bene Isirayeli+. Ndi Yehova uwuriko arabeza+, Ezekiyeli 36:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ‘Kandi sinzobura kweza izina ryanje rihambaye+ ryariko rihumanywa mu mahanga, iryo mwahumanije hagati muri yo; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ninezwa muri mwebwe mu maso yabo+.
32 Ntimuze muhumanye izina ryanje ryeranda+, kandi ntegerezwa kwezwa hagati muri bene Isirayeli+. Ndi Yehova uwuriko arabeza+,
23 ‘Kandi sinzobura kweza izina ryanje rihambaye+ ryariko rihumanywa mu mahanga, iryo mwahumanije hagati muri yo; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ninezwa muri mwebwe mu maso yabo+.