-
Ezekiyeli 44:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Maze Yehova ambwira ati: “Mwana w’umuntu, shirako umutima+ uboneshe amaso yawe, wumvishe amatwi yawe ivyo ngira nkubwire vyose ku bijanye n’ivyagezwe vyose vy’inzu ya Yehova no ku bijanye n’amategeko yayo yose, kandi ushire umutima ku rwinjiriro rw’iyo Nzu hamwe n’imiryango isohoka yose y’aheranda.
-