Yeremiya 26:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Hagarara mu kigo c’inzu ya Yehova+, uvuge ku bijanye n’ibisagara vyose vya Yuda biza kwunama mu nzu ya Yehova amajambo yose ngutegeka kubabwira+. Ntihagire ijambo ukuramwo+. Ezekiyeli 43:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, menyesha inzu ya Isirayeli ivy’iyo Nzu+, kugira ngo bateterwe kubera amakosa yabo+, kandi bategerezwa kugera ico citegererezo. Ivyakozwe 20:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 kuko ataho naretse kubabwira inama yose+ y’Imana.
2 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Hagarara mu kigo c’inzu ya Yehova+, uvuge ku bijanye n’ibisagara vyose vya Yuda biza kwunama mu nzu ya Yehova amajambo yose ngutegeka kubabwira+. Ntihagire ijambo ukuramwo+.
10 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, menyesha inzu ya Isirayeli ivy’iyo Nzu+, kugira ngo bateterwe kubera amakosa yabo+, kandi bategerezwa kugera ico citegererezo.