Abalewi 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi wa muriro uri ku gicaniro uzoguma waka kuri co. Ntuze uzime. Umuherezi aze acane inkwi+ kuri co buri gitondo, yongere atondeke hejuru yaco ishikanwa riturirwa, afumbishe umwotsi kuri co vya bipande binuze vy’ibimazi vy’ugusangira+. Guharura 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Muze mushitse ico mubwirizwa gukorera ahantu heranda+ n’ico mubwirizwa gukorera igicaniro+, kugira ngo bene Isirayeli ntibasubire kurakarirwa+.
12 Kandi wa muriro uri ku gicaniro uzoguma waka kuri co. Ntuze uzime. Umuherezi aze acane inkwi+ kuri co buri gitondo, yongere atondeke hejuru yaco ishikanwa riturirwa, afumbishe umwotsi kuri co vya bipande binuze vy’ibimazi vy’ugusangira+.
5 Muze mushitse ico mubwirizwa gukorera ahantu heranda+ n’ico mubwirizwa gukorera igicaniro+, kugira ngo bene Isirayeli ntibasubire kurakarirwa+.