2 Ngoma 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko akora inzu y’Aheranda Rwose*+: uburebure bwayo, ubwari buhuye n’ubwaguke bwa ya nzu, bwari amatambwe mirongo ibiri, ubwaguke bwayo na bwo bukaba amatambwe mirongo ibiri+; hanyuma ayomekako inzahabu nziza ingana n’italanto amajana atandatu. Ezekiyeli 41:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hanyuma agera uburebure bwaho, buba amatambwe mirongo ibiri, ubwaguke bwaho na bwo, amatambwe mirongo ibiri+, imbere y’urusengero*. Maze ambwira ati: “Aha ni Aheranda Rwose*+.”
8 Nuko akora inzu y’Aheranda Rwose*+: uburebure bwayo, ubwari buhuye n’ubwaguke bwa ya nzu, bwari amatambwe mirongo ibiri, ubwaguke bwayo na bwo bukaba amatambwe mirongo ibiri+; hanyuma ayomekako inzahabu nziza ingana n’italanto amajana atandatu.
4 Hanyuma agera uburebure bwaho, buba amatambwe mirongo ibiri, ubwaguke bwaho na bwo, amatambwe mirongo ibiri+, imbere y’urusengero*. Maze ambwira ati: “Aha ni Aheranda Rwose*+.”