Ezekiyeli 44:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ‘Ni bo bazokwinjira aheranda hanje+, kandi ni bo bazokwegēra imeza yanje ngo bankorere+; bazokwitwararika igikorwa nabajeje+. Malaki 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Mu gushikiriza ku gicaniro* canje umukate wanduye+.’ “‘Namwe muti: “Twakwanduje gute?”’ “‘Mu kuba muvuga ngo: “Imeza+ ya Yehova ni ikintu co gusuzugurwa+.”
16 ‘Ni bo bazokwinjira aheranda hanje+, kandi ni bo bazokwegēra imeza yanje ngo bankorere+; bazokwitwararika igikorwa nabajeje+.
7 “‘Mu gushikiriza ku gicaniro* canje umukate wanduye+.’ “‘Namwe muti: “Twakwanduje gute?”’ “‘Mu kuba muvuga ngo: “Imeza+ ya Yehova ni ikintu co gusuzugurwa+.”