Ezekiyeli 42:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi hari inzira imbere yavyo isa n’iya vya vyumba vy’uburiro vy’amaja mu buraruko+: ukwo ni ko uburebure bwavyo bwari be n’ubwaguke bwavyo; kandi imiryango yavyo isohoka yarasa, imigero yavyo igasa, n’aminjiriro yavyo agasa.
11 Kandi hari inzira imbere yavyo isa n’iya vya vyumba vy’uburiro vy’amaja mu buraruko+: ukwo ni ko uburebure bwavyo bwari be n’ubwaguke bwavyo; kandi imiryango yavyo isohoka yarasa, imigero yavyo igasa, n’aminjiriro yavyo agasa.