Ezekiyeli 42:1 Bibiliya y’isi nshasha 42 Arahava aransohora+, anjana mu kigo c’inyuma ancishije mu nzira ija mu buraruko+. Araheza anzana ku mazu y’ivyumba vy’uburiro+ yari imbere ya wa mwanya washizwe ukwawo+, akaba n’imbere ya ya nyubakwa*, mu buraruko.
42 Arahava aransohora+, anjana mu kigo c’inyuma ancishije mu nzira ija mu buraruko+. Araheza anzana ku mazu y’ivyumba vy’uburiro+ yari imbere ya wa mwanya washizwe ukwawo+, akaba n’imbere ya ya nyubakwa*, mu buraruko.