Ezekiyeli 42:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi imbere y’ivyumba vy’uburiro hari inzira y’amatambwe cumi mu bwaguke amaja indani+, hakaba n’akayira k’itambwe rimwe, aminjiriro yavyo akaba yaraba mu buraruko.
4 Kandi imbere y’ivyumba vy’uburiro hari inzira y’amatambwe cumi mu bwaguke amaja indani+, hakaba n’akayira k’itambwe rimwe, aminjiriro yavyo akaba yaraba mu buraruko.