ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 “Bene Aroni uzobakorera amakanzu+, kandi uze ubakorere ibikenyezo, ubakorere n’utwambarwa two mu mutwe+ ku bw’ubuninahazwa n’ubwiza+.

  • Kuvayo 29:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Maze uzozana abahungu biwe hafi, uheze ubambike ya makanzu+.

  • Abalewi 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Musa araheza yigiza hafi abahungu ba Aroni+, abambika amakanzu yongera abakenyeza ibikenyezo+, araheza azingira kuri bo ka kambarwa ko mu mutwe+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.

  • Ezekiyeli 44:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nibasohoka bakaja mu kigo c’inyuma, mu kigo c’inyuma aho abantu bari, baze bambure impuzu zabo bazoba bariko bakoramwo+, bazishire mu vyumba vy’uburiro+ vyeranda baheze bambare izindi mpuzu, boye kwezesha abantu impuzu zabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika