Ezekiyeli 45:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuri wo hazovako igipande c’ingero amajana atanu ku majana atanu ku bw’ikibanza kigenewe ahantu heranda, kigirwe ikwadarato+; kandi hazogira amatambwe mirongo itanu y’itongo ry’uburagiriro ku ruhande rwose+.
2 Kuri wo hazovako igipande c’ingero amajana atanu ku majana atanu ku bw’ikibanza kigenewe ahantu heranda, kigirwe ikwadarato+; kandi hazogira amatambwe mirongo itanu y’itongo ry’uburagiriro ku ruhande rwose+.