ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 kugira mushobore gutandukanya ikintu ceranda n’icanduye, igihumanye n’ikidahumanye+,

  • Ezekiyeli 22:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Abaherezi baco bagiriye ivy’ubukazi itegeko ryanje+, kandi baguma bahumanya ibibanza vyanje vyeranda+. Ntibashize itandukaniro+ hagati y’ikintu ceranda n’igisanzwe+, kandi nta tandukaniro bamenyesheje hagati y’igihumanye n’ikidahumanye+, kandi bahishije amaso yabo amasabato yanje+, ndahumanywa hagati muri bo+.

  • Ezekiyeli 44:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “‘Baze bigishe abantu banje itandukaniro riri hagati y’iceranda n’igihumanye; baze babamenyeshe itandukaniro riri hagati y’icanduye n’ikitanduye+.

  • 2 Abakorinto 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “‘Nimuve muri bo rero, kandi mwitandukanye na bo,’ ni ko Yehova avuga, ‘kandi mureke gukora ku gihumanye+’”; “‘nanje nzobakira+.’”

  • Ivyahishuwe 21:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mugabo ikintu cose kitari ceranda n’umuntu wese aguma akora ibintu bisesemye+ be n’ibinyoma+ ntazogenda acinjiyemwo+; abanditswe mu muzingo w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama ni bo gusa bazocinjiramwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika