ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 10:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Abo bakerubi baduza rero amababa yabo, baraduga bava kw’isi+ ndavyibonera. Igihe basohoka, amakurudumu na yo nyene yari hafi iruhande yabo; bahagarara ku bwinjiriro bw’irembo ry’inzu ya Yehova bwo mu buseruko, kandi ubuninahazwa bw’Imana ya Isirayeli bwari hejuru yabo, buvuye hejuru.

  • Ezekiyeli 40:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Hanyuma aza kw’irembo rifise uruhande rw’imbere ruraba mu buseruko+, aduga aciye ku ngazi zaryo. Aca atangura kugera urwinjiriro rwa nya rembo+, ruba irenga rimwe mu bwaguke, agera n’urundi rwinjiriro, ruba irenga rimwe mu bwaguke.

  • Ezekiyeli 42:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko arangiza gupima ingero z’inzu y’indani, hanyuma anzana hanze ancishije mu nzira y’irembo rifise uruhande rw’imbere ruraba mu buseruko+, araheza arahagera irya n’ino.

  • Ezekiyeli 44:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Maze angarukana kw’irembo ry’aheranda, rimwe ry’inyuma riraba mu buseruko+, kandi ryari ryugaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika