ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 93:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Ivyibutsa vyawe vyabonetse ko ari ivyo kwizigirwa cane+.

      Ubweranda burabereye ku nzu yawe+, ewe Yehova, imisi itagira iherezo+.

  • Ezekiyeli 40:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mu mayerekwa y’Imana, yanzanye mu gihugu ca Isirayeli, arahava antereka ku musozi muremure cane+ wariko ikintu kimeze nk’inyubako y’igisagara, mu bumanuko+.

  • Ezekiyeli 42:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Arahagera impande zaho uko ari zine. Hari hafise uruhome ruhakikuje+, hakagira uburebure bw’amarenga amajana atanu n’ubwaguke bw’amarenga amajana atanu+, kugira ngo habe urugabano hagati y’iceranda n’igihumanye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika