ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 40:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Icumba c’uburiro gifise uruhande rw’imbere ruraba mu buraruko, ni ic’abaherezi bitwararika igikorwa bajejwe ku gicaniro+. Ni bene Zadoki+, bo muri bene Lewi, begera Yehova kugira ngo bamukorere+.”

  • Ezekiyeli 44:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Nayo abaherezi b’Abalewi+, bene Zadoki+, abitwararitse igikorwa bajejwe c’aheranda hanje igihe bene Isirayeli bata inzira bakayerera kure yanje+, abo ni bo bazonyegēra ngo bankorere, kandi bazohagarara imbere yanje+ kugira ngo banshikirize ikinure+ n’amaraso+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

  • Ezekiyeli 48:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hazoba ah’abaherezi, abejejwe muri bene Zadoki+, abitwararitse igikorwa nabajeje, batataye inzira ngo bayerere ca gihe bene Isirayeli bata inzira bakayerera, nk’uko Abalewi bataye inzira bakayerera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika