Kuvayo 29:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Uze uzane ya shūri imbere y’ihema ry’ihuriro, hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambike ibiganza ku mutwe wayo+. Abalewi 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze adugana ya shūri+ y’ishikanwa ry’igicumuro hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambika ibiganza vyabo ku mutwe+ wayo. Abaheburayo 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntakeneye ku musi ku musi+, nka ba baherezi bakuru, gushikana ibimazi, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite+ hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima+ igihe yishikana+ ubwiwe);
10 “Uze uzane ya shūri imbere y’ihema ry’ihuriro, hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambike ibiganza ku mutwe wayo+.
14 Maze adugana ya shūri+ y’ishikanwa ry’igicumuro hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambika ibiganza vyabo ku mutwe+ wayo.
27 Ntakeneye ku musi ku musi+, nka ba baherezi bakuru, gushikana ibimazi, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite+ hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima+ igihe yishikana+ ubwiwe);