Ezekiyeli 46:1 Bibiliya y’isi nshasha 46 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Irembo ry’ikigo c’indani riraba mu buseruko+ rize rigume ryugaye+ mu misi itandatu y’ibikorwa+; ku musi w’isabato rize ryugururwe; no ku musi w’imboneko y’ukwezi rize ryugururwe+.
46 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Irembo ry’ikigo c’indani riraba mu buseruko+ rize rigume ryugaye+ mu misi itandatu y’ibikorwa+; ku musi w’isabato rize ryugururwe; no ku musi w’imboneko y’ukwezi rize ryugururwe+.