Itanguriro 31:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Inyuma y’ivyo Yakobo ashikana ikimazi muri nya musozi, maze atumira bene wabo kurya umukate+. Nuko barya umukate baraheza barara muri uwo musozi. Gusubira mu vyagezwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Aho ni ho mutegerezwa kurira imbere ya Yehova Imana yanyu+ no kunezererwa mu migambi yanyu yose+, mwe n’ingo zanyu, kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye. 1 Abakorinto 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nimurabe Isirayeli yo mu buryo bw’umubiri+: Mbega abarya ku bimazi ntibasangira n’igicaniro+?
54 Inyuma y’ivyo Yakobo ashikana ikimazi muri nya musozi, maze atumira bene wabo kurya umukate+. Nuko barya umukate baraheza barara muri uwo musozi.
7 Aho ni ho mutegerezwa kurira imbere ya Yehova Imana yanyu+ no kunezererwa mu migambi yanyu yose+, mwe n’ingo zanyu, kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye.