-
Ezekiyeli 40:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Nuko agera ibaraza rya nya rembo, riba amatambwe umunani; inkingi zaryo zo mu mbavu, ziba amatambwe abiri; ibaraza rya nya rembo ryari amaja indani.
-
-
Ezekiyeli 46:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 Umukuru aze yinjire aciye mu nzira y’ibaraza ry’iryo rembo+, azananye hanze, ahagarare iruhande y’igishimaryango c’iryo rembo+; abaherezi baze bahereze ishikanwa ryiwe riturirwa uko ryakabaye be n’ibimazi vyiwe vy’ugusangira, na we aze yuname ku rwinjiriro rw’iryo rembo+, hanyuma asohoke, mugabo iryo rembo ntirize ryugarwe hatarashika ku mugoroba.
-