Abalewi 22:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi ico ari co cose muri ivyo vyose kivuye mu kuboko kw’umunyamahanga ntimuze mugishikirize bwa mukate w’Imana yanyu, kuko ubwononekare bwavyo buri muri vyo. Biri n’agahonzi+. Ntibizoshimwa+ ku bwanyu.’” Ivyakozwe 21:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 basemerera bati: “Bagabo ba Isirayeli, tabara! Ng’uyu wa mugabo yigisha abantu bose ahantu hose ibirwanya iki gisata+ n’Itegeko n’aha hantu! Kandi uretse ivyo, yaraninjije Abagiriki mu rusengero, ahumanya aha hantu heranda+.”
25 Kandi ico ari co cose muri ivyo vyose kivuye mu kuboko kw’umunyamahanga ntimuze mugishikirize bwa mukate w’Imana yanyu, kuko ubwononekare bwavyo buri muri vyo. Biri n’agahonzi+. Ntibizoshimwa+ ku bwanyu.’”
28 basemerera bati: “Bagabo ba Isirayeli, tabara! Ng’uyu wa mugabo yigisha abantu bose ahantu hose ibirwanya iki gisata+ n’Itegeko n’aha hantu! Kandi uretse ivyo, yaraninjije Abagiriki mu rusengero, ahumanya aha hantu heranda+.”