Abalewi 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntibakwiye kwica ubuhanza ku mitwe+, kandi ntibaze bamwe udusunwa tw’ubwanwa bwabo+, kandi ntibaze bikebe ku mubiri+. Gusubira mu vyagezwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Mwebwe muri abana ba Yehova Imana yanyu+. Ntimuze mwikebagure+ canke ngo mwice ubuhanza+ ku ruhanga rwanyu ku bw’umuntu yapfuye.
5 Ntibakwiye kwica ubuhanza ku mitwe+, kandi ntibaze bamwe udusunwa tw’ubwanwa bwabo+, kandi ntibaze bikebe ku mubiri+.
14 “Mwebwe muri abana ba Yehova Imana yanyu+. Ntimuze mwikebagure+ canke ngo mwice ubuhanza+ ku ruhanga rwanyu ku bw’umuntu yapfuye.