ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 14:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “‘Ntibazobura kubahoza nimwabona inzira yabo be n’ivyo bakora; kandi muzomenya vy’ukuri yuko ivyo ntegerezwa kuhakorera ntazoba nabikoze ata mvo,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”

  • Ezekiyeli 33:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninagira igihugu igiharabuga+, emwe, umusaka, kubera ibintu vyabo vyose bakoze biteye ishishi+.”’

  • Daniyeli 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+.

  • Zakariya 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ariko amajambo yanje n’ingingo nyobozi zanje nategetse abasavyi banje, abahanuzi+, mbega ntivyahambije ba so+?’ Baragarutse rero, bavuga bati: ‘Nk’uko Yehova nyen’ingabo yari yariyumviriye kutugirira+, nk’uko inzira zacu n’ibikorwa vyacu vyari, ni ko yatugiriye+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika