26 Kuko mw’ibanga ry’ubwizigirwa hari abagabo b’abanyenkomezi bane bo mu barinzi b’amarembo. Bari Abalewi, bakaba bari bajejwe ivyumba vy’uburiro+ be n’amatunga+ y’inzu y’Imana y’ukuri.
17 Arahava anzana mu kigo c’inyuma, maze mbona ivyumba vy’uburiro+, n’isaso ry’amabuye ryagiriwe nya kigo irya n’ino. Hari ivyumba vy’uburiro mirongo itatu kuri nya saso+.