ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 16:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Dawidi arangije gushikana ishikanwa riturirwa+ n’ibimazi vy’ugusangira+, atangura guhezagira+ abantu mw’izina rya Yehova+.

  • 2 Ngoma 30:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko Hezekiya umwami wa Yuda ubwiwe yaterereye+ ku bw’ishengero amashūri igihumbi n’intama ibihumbi indwi, abaganwa+ na bo bagaterera ku bw’ishengero amashūri igihumbi n’intama ibihumbi cumi; maze abaherezi+ baguma biyeza ari benshi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika