Ezekiyeli 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko umukuru+—kubera ko ari umukuru, we azoryicaramwo, kugira ngo arire umukate imbere ya Yehova+. Azokwinjirana mw’ibaraza ry’iryo rembo, kandi ni ho azosohokana+.”
3 Ariko umukuru+—kubera ko ari umukuru, we azoryicaramwo, kugira ngo arire umukate imbere ya Yehova+. Azokwinjirana mw’ibaraza ry’iryo rembo, kandi ni ho azosohokana+.”