Ezekiyeli 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Amaherezo zarasanzaye kubera ata mwungere yariho+, ku buryo zicika indya z’ibikoko vyose vyo mu gahinga, kandi zibandanya gusanzara+.
5 Amaherezo zarasanzaye kubera ata mwungere yariho+, ku buryo zicika indya z’ibikoko vyose vyo mu gahinga, kandi zibandanya gusanzara+.