Kuvayo 29:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Kandi uzotora ya mpfizi y’intama y’iyatira, utekere inyama zayo ahantu heranda+. 2 Ngoma 35:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze bateka+ ishikanwa rya pasika+ ku muriro nk’uko vyari bisanzwe bigirwa; ibintu vyagizwe vyeranda na vyo babiteka+ mu nkono zo gutekamwo no mu nkono zifukuye munsi no mu mabakure y’inzimano, hanyuma babizanira ningoga abahungu bose b’abantu+.
13 Maze bateka+ ishikanwa rya pasika+ ku muriro nk’uko vyari bisanzwe bigirwa; ibintu vyagizwe vyeranda na vyo babiteka+ mu nkono zo gutekamwo no mu nkono zifukuye munsi no mu mabakure y’inzimano, hanyuma babizanira ningoga abahungu bose b’abantu+.