Guharura 34:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “‘Urubibe rwo mu burengero+ na rwo ruze rubabere Ikiyaga Kinini be n’inkengera. Urwo ni rwo ruzoba urubibe rwanyu rwo mu burengero. Yosuwa 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ehe nabahesheje ubupfindo+ aya mahanga asigaye ngo abere intoranwa imiryango yanyu, n’amahanga yose naranduye+, guhera kuri Yorodani gushika kuri ca Kiyaga Kinini iyo izuba rirengera+. Ezekiyeli 48:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku rubibe rwa Gadi, ugana ku mupaka wo mu bumanuko, hazoraba mu bumanuko; urubibe ruze ruve i Tamari+ rushike ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, ugana ku mwonga+, gushika kuri ca Kiyaga Kinini+.
6 “‘Urubibe rwo mu burengero+ na rwo ruze rubabere Ikiyaga Kinini be n’inkengera. Urwo ni rwo ruzoba urubibe rwanyu rwo mu burengero.
4 Ehe nabahesheje ubupfindo+ aya mahanga asigaye ngo abere intoranwa imiryango yanyu, n’amahanga yose naranduye+, guhera kuri Yorodani gushika kuri ca Kiyaga Kinini iyo izuba rirengera+.
28 Ku rubibe rwa Gadi, ugana ku mupaka wo mu bumanuko, hazoraba mu bumanuko; urubibe ruze ruve i Tamari+ rushike ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, ugana ku mwonga+, gushika kuri ca Kiyaga Kinini+.