Ezekiyeli 48:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku rubibe rwa Gadi, ugana ku mupaka wo mu bumanuko, hazoraba mu bumanuko; urubibe ruze ruve i Tamari+ rushike ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, ugana ku mwonga+, gushika kuri ca Kiyaga Kinini+.
28 Ku rubibe rwa Gadi, ugana ku mupaka wo mu bumanuko, hazoraba mu bumanuko; urubibe ruze ruve i Tamari+ rushike ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, ugana ku mwonga+, gushika kuri ca Kiyaga Kinini+.