Guharura 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ayo ni yo mazi y’i Meriba*+, kuko bene Isirayeli batonganije Yehova, ku buryo yezwa muri bo. Gusubira mu vyagezwe 32:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 kubera ko mutashikije ivyo mwategerezwa kungirira+ hagati ya bene Isirayeli kuri ya mazi y’i Meriba+ i Kadeshi mu gahinga ka Zini; kubera ko mutanyejeje hagati muri bene Isirayeli+. Zaburi 81:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu marushwa warahamagaye, nanje ndagutabara+;Natanguye kukwishurira ahantu hihishije h’umuturagaro+.Naragusuzumye kuri ya mazi y’i Meriba+. Sela.
51 kubera ko mutashikije ivyo mwategerezwa kungirira+ hagati ya bene Isirayeli kuri ya mazi y’i Meriba+ i Kadeshi mu gahinga ka Zini; kubera ko mutanyejeje hagati muri bene Isirayeli+.
7 Mu marushwa warahamagaye, nanje ndagutabara+;Natanguye kukwishurira ahantu hihishije h’umuturagaro+.Naragusuzumye kuri ya mazi y’i Meriba+. Sela.