7 Umwami wa Misiri ntiyongera+ rero gusohoka avuye mu gihugu ciwe+, kuko umwami wa Babiloni yari yaratwaye ibintu vy’umwami wa Misiri+, kuva ku mwonga+ wa Misiri gushika ku ruzi Efurate+.
28 Ku rubibe rwa Gadi, ugana ku mupaka wo mu bumanuko, hazoraba mu bumanuko; urubibe ruze ruve i Tamari+ rushike ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, ugana ku mwonga+, gushika kuri ca Kiyaga Kinini+.