Ezekiyeli 47:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Uruhande rwo mu bumanuko na rwo ni ururaba mu bumanuko, kuva i Tamari+ gushika ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, no ku mwonga+ gushika kuri ca Kiyaga Kinini. Urwo ni rwo ruhande rwo mu bumanuko, amagana i Negebu.
19 “Uruhande rwo mu bumanuko na rwo ni ururaba mu bumanuko, kuva i Tamari+ gushika ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, no ku mwonga+ gushika kuri ca Kiyaga Kinini. Urwo ni rwo ruhande rwo mu bumanuko, amagana i Negebu.