ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi imbere ya vyose, nzoriha urugero rwuzuye rw’ikosa+ ryabo n’urw’igicumuro cabo, kuko bahumanije igihugu canje+. Intoranwa yanje bayujuje ibintu vyabo bisesemye n’ibintu vyabo biteye ishishi bitagira ubuzima+.’”

  • Ezekiyeli 11:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘“Nayo ab’umutima ugendera mu bintu vyabo bisesemye no mu bintu vyabo biteye ishishi+, inzira yabo sinzobura kuyizana ku mutwe wabo,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.’”

  • Ezekiyeli 16:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 “‘Ko utibutse imisi y’ubuto bwawe+, ukantera kubura amahoro kubera ivyo bintu vyose+, ehe nanje rero nzoshira inzira yawe ku mutwe wawe+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘kandi ntuzogenda ushishikaye kugira ubushirasoni na bumwe hambavu y’ibintu vyawe vyose biteye ishishi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika