ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 73:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Bavuze ngo: “Imana yabimenye ite+?

      Kandi, mbega hari ubumenyi buri muri Musumbavyose+?”

  • Zaburi 94:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Baguma bavuga ngo: “Ya* ntabibona+;

      Imana ya Yakobo ntitahura+.”

  • Yesaya 29:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Baragowe abagera kure cane mu guhisha inama Yehova ubwiwe+, ibikorwa vyabo bikabera ahantu h’umwiza+, bakavuga bati: “Ni nde atubona, kandi ni nde atuzi+?”

  • Ezekiyeli 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko ambwira ati: “Ikosa ry’inzu ya Isirayeli na Yuda+ rirakomeye cane rwose+; igihugu cuzuye ugusesa amaraso+, kandi igisagara cuzuye ubuhetarare+; kuko bavuze ngo: ‘Yehova yarahevye igihugu+, kandi Yehova ntabona+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika