Ezekiyeli 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi ishusho y’amakurudumu+ n’inyubako yayo, kwari nk’uguca ibibatsi kw’ibuye rya kirisolito+; kandi uko ari ane yarasa. Kandi ishusho yayo n’inyubako yayo vyari nka kurya nyene kw’ikurudumu iri hagati mu yindi+.
16 Kandi ishusho y’amakurudumu+ n’inyubako yayo, kwari nk’uguca ibibatsi kw’ibuye rya kirisolito+; kandi uko ari ane yarasa. Kandi ishusho yayo n’inyubako yayo vyari nka kurya nyene kw’ikurudumu iri hagati mu yindi+.