Ezekiyeli 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi uko nya binyabuzima vyasa, ishusho yavyo yari nk’amakara yaka umuriro+. Ikintu kimeze nk’ishusho y’ibimuri+ caza kiragenda kigaruka hagati ya nya binyabuzima, kandi nya muriro warakaka, muri nya muriro hakavamwo imiravyo+.
13 Kandi uko nya binyabuzima vyasa, ishusho yavyo yari nk’amakara yaka umuriro+. Ikintu kimeze nk’ishusho y’ibimuri+ caza kiragenda kigaruka hagati ya nya binyabuzima, kandi nya muriro warakaka, muri nya muriro hakavamwo imiravyo+.