Ezekiyeli 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bigiye, na yo yaragenda; kandi bihagaze, na yo yarahagarara; kandi iyo bidugijwe bikava kw’isi, nya makurudumu yaraduzwa hafi iruhande yavyo, kuko impwemu y’ikinyabuzima yari mu makurudumu+.
21 Bigiye, na yo yaragenda; kandi bihagaze, na yo yarahagarara; kandi iyo bidugijwe bikava kw’isi, nya makurudumu yaraduzwa hafi iruhande yavyo, kuko impwemu y’ikinyabuzima yari mu makurudumu+.