Yesaya 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abandanya kuvuga ati: “Genda, ubwire aba bantu uti: ‘Nimwumve yemwe incuro n’izindi, ariko ntimutegere; kandi mubone incuro n’izindi, ariko ntihagire ico mumenya+.’ Yesaya 44:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ntibamenye+, eka ntibategera+, kuko amaso yabo yasîzweko ibintu ngo ntabone+, n’umutima wabo ngo ntugire ugutahura kwimbitse+. Matayo 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni co gituma ndababwirira mu bigereranyo, kubera ko kuraba baraba bakarabira ubusa, no kwumva bumva bakumvira ubusa, kandi ntibanategera insobanuro+;
9 Abandanya kuvuga ati: “Genda, ubwire aba bantu uti: ‘Nimwumve yemwe incuro n’izindi, ariko ntimutegere; kandi mubone incuro n’izindi, ariko ntihagire ico mumenya+.’
18 Ntibamenye+, eka ntibategera+, kuko amaso yabo yasîzweko ibintu ngo ntabone+, n’umutima wabo ngo ntugire ugutahura kwimbitse+.
13 Ni co gituma ndababwirira mu bigereranyo, kubera ko kuraba baraba bakarabira ubusa, no kwumva bumva bakumvira ubusa, kandi ntibanategera insobanuro+;