ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko mu mwaka ugira gatandatu, mu kwezi kugira gatandatu, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, igihe nari nicaye mu nzu yanje, abagabo b’inararibonye ba Yuda na bo bakaba bari bicaye imbere yanje+, ukuboko kw’Umukama Segaba Yehova kwanguyeko ng’aho+.

  • Ezekiyeli 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko mu mwaka ugira indwi, mu kwezi kwa gatanu, ku musi ugira cumi w’ukwo kwezi, abagabo bo mu bahumure ba Isirayeli baza gusiguza Yehova+, bicara imbere yanje+.

  • Ezekiyeli 33:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Bazoza iwawe, nk’uko abantu baza, bicare imbere yawe nk’abantu banje+; kandi bazokwumva koko amajambo yawe mugabo ntibazoyashira mu ngiro+, kuko baserurisha akanwa kabo ivyipfuzo vy’inambu, kandi inyungu y’akarenganyo ni yo umutima wabo ugenda ukurikira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika