Ezekiyeli 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Emwe, ibicaniro* vyanyu bizogirwa umusaka+, ibishirwako imibavu vyanyu na vyo bimenagurwe, kandi abagandaguwe banyu nzotuma bagwa imbere y’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda+.
4 Emwe, ibicaniro* vyanyu bizogirwa umusaka+, ibishirwako imibavu vyanyu na vyo bimenagurwe, kandi abagandaguwe banyu nzotuma bagwa imbere y’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda+.