Hoseya 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umutima wabo wabaye uwiyorobeka+; ubu rero bazokwagirwa n’icaha. “Hari uwuzomenagura ibicaniro vyabo; azonyaga inkingi zabo+. Zakariya 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umutima wabo+ bawugize nk’ibuye rikomantaye kugira ngo ntibagamburuke itegeko+ be n’amajambo Yehova nyen’ingabo yarungitse akoresheje impwemu yiwe+, biciye ku bahanuzi ba kera+, bituma Yehova nyen’ingabo arakara cane+.” Abaheburayo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mwiyubare, bene wacu, kugira ngo ntihigere hatsimbatara mu muntu n’umwe muri mwebwe umutima mubi utizera mu kuva kuri ya Mana nzima+;
2 Umutima wabo wabaye uwiyorobeka+; ubu rero bazokwagirwa n’icaha. “Hari uwuzomenagura ibicaniro vyabo; azonyaga inkingi zabo+.
12 Umutima wabo+ bawugize nk’ibuye rikomantaye kugira ngo ntibagamburuke itegeko+ be n’amajambo Yehova nyen’ingabo yarungitse akoresheje impwemu yiwe+, biciye ku bahanuzi ba kera+, bituma Yehova nyen’ingabo arakara cane+.”
12 Mwiyubare, bene wacu, kugira ngo ntihigere hatsimbatara mu muntu n’umwe muri mwebwe umutima mubi utizera mu kuva kuri ya Mana nzima+;