Gusubira mu vyagezwe 32:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Batangura kuyiteresha ishari+ imana z’ahandi+;Baguma bayibabarisha ibintu biteye ishishi+. Yeremiya 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ni ikintu ikihe c’akarenganyo ba so basanze muri jewe+, ku buryo bigira kure yanje+, bakaguma bakurikira ca kigirwamana c’imburakimazi+, na bo ubwabo bagacika imburakimazi+?
5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ni ikintu ikihe c’akarenganyo ba so basanze muri jewe+, ku buryo bigira kure yanje+, bakaguma bakurikira ca kigirwamana c’imburakimazi+, na bo ubwabo bagacika imburakimazi+?