-
1 Samweli 7:3Bibiliya y’isi nshasha
-
-
3 Samweli abwira inzu ya Isirayeli yose ati: “Nimba mugarutse kuri Yehova+ n’umutima wanyu wose, nimukure imana z’inyamahanga hagati muri mwebwe+ be n’ibishusho vya Ashitoreti+, maze mwerekeze umutima wanyu kuri Yehova ata gukevya kandi mumukorere wenyene+, na we azobarokora mu kuboko kw’Abafilisitiya+.”
-